Pezida Hu Jintao ati ruswa irageramiye Ubushinwa

Ibiherutse kuvugururwa: 8 ukwa cumi na rimwe, 2012 - 18:02 GMT

President Hu Jintao

Perezida w'Ubushinwa Hu Jintao, mw'ijambo yatangiye mw'ikoraniro kaminuza ryarimwo abaserukira abandi barenga 2000, yavuze ko ruswa iteye umwitwarariko ukomeye.

Ico kibazo ca ruswa kidasuzumwa neza muri kino gihe ngo gishobora gutembagaza umugambwe na leta y'Ubushinwa.

Bwana Hu avuga ko ata n'umwe ari hejuru y'amategeko.

Ivyo perezida Hu yabivugiye mw'ikoraniro rigira 18 ry'umugambwe w'aba communista.

Mur' iryo koraniro rizomara indwi yose abaserukira abandi bazorangiza umubonano baca bimika icegera c'umukuru w'igihugu Xi Jinping.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.