Congo:umukuru w'ingabo za M23 i Kampala

Ibiherutse kuvugururwa: 26 ukwa cumi na rimwe, 2012 - 14:08 GMT
Anahuna intamba

ONU ivuga ko abantu ibihumbi n'ibihumbi bahunze bari mu kaga kuko badashobora kuronswa imfashanyo kubera intambara

Umuhari w'inyeshamba za M23 muri Congo-wafashe igisagara ca Goma mu buseruko-uvuga ko umukuru w'ingabo zawo Sultani Makenga ari muri Uganda mu biganiro n'abakuru b'ingabo bo mu karere.

Ivyo ntibiremjezwa na Uganda.

Abategetsi b'aba karere klu wa gatandatu bahaye iminsi ibiri izo nyeshamba kugira zibe zavuye mu gisagara ca Goma.

Ariko amakuru ava muri mu buseruiko bwa Congo avuga ko ata cerekana ko M23 ifise umugambi wo kuhava.

Leta ya Congo ivuga ko M23 itegerezwa kuva Goma kugira ibiganriro vy'icese bishobore gutangura.

M23 nayo ivuga ko kuva muri ico gisaga bishobora kuva mu biganiro bidawkiye kuba ibisabwa gukorwa kugirango ibiganiro bibe.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.