Kenya: Uhuru na Ruto bunze urunani

Ibiherutse kuvugururwa: 27 ukwa cumi na rimwe, 2012 - 14:13 GMT

Uhuru Kenyatta na William Ruto

Icegera c'umushikiranganji wa mbere wa Kenya, Uhuru Kenyatta, kumwe n'uwahoze ar'umushikiranganji William Ruto, bavuga ko bunze urunani rwa politike.

Impamvu bishize hamwe ngo n'ukugira bashigikire ubumwe no gusubiza hamwe mu gihugu.

Sentare mpanavyaha mpuzamakungu yagirije abo bagabo bompi uruhara rukomeye mu bwicanyi bwakwirikiye amatora yo mu 2007, aho abantu barenga 1000 bishwe.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.