Msri:imyiyerekano imbere ya kamarampaka

Ibiherutse kuvugururwa: 14 ukwa cumi na kabiri, 2012 - 14:55 GMT

Abari mu myiyerekano kuwa 12/12/12

Mu gihe buca mu Msri baja mu matora yo kwemeza canke guhakana ibwirizwa nshingiro, uyu munsi batunganya imyiyerekano yabo ya nyuma.

Iryo bwirizwa nshingiro rishigikiwe cane cane n'abo mu mirwi y'aba islamu, harimwo perezida Morsi.

Abatarishigikiye bavuga ko iryo tegeko riteguye nabi.

Banegura perezida ko yashatse gusunika iryo tegeko ngo ritorwe ritarumvikanwako.

Ayo matora ya bose y'ejo ategenya gukurikiranwa n'abacamanza, ariko benshi muri bo bavuga ko batazokwitabira ico gikora.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.