Infungurwa zica benshi gusumba inzara kw'isi

Ibiherutse kuvugururwa: 14 ukwa cumi na kabiri, 2012 - 13:34 GMT

Ubuvyibuhe burengeje

Icirwa cakozwe mu mwaka wa 2010 mu kwihweza ibituma abantu bapfa, kigereranya ibiharuro vyatowe mur'uwo mwaka n'uko vyari bimeze imbere y'imyaka 20, igihe ubukene bw'ibifungurwa bwatuma benshi barwara.

Ico cirwa casanze mu mwaka wa 2010 ,abantu hafi miliyoni imwe bishwe n'ibiro vy'umurengera, ico giharuro kikaba kirenze gatatu ic'abahitanwa n'indwara zifatiye ku gufungura nabi.

Ico cirwa kiravuga ariko ko muri Afrika ubukene bw'ibifungurwa bukiri ikibazo gituma abantu bapfa kare.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.