Msri:Imyiyerekano yongeye muri Alexandria

Ibiherutse kuvugururwa: 21 ukwa cumi na kabiri, 2012 - 15:08 GMT

Imigumuko Alexandia 21/12/12

Hongeye kuba imigumuko hagati y'imirwi y'abagendera ku vyiyumviro vya islam mu Msri n'abo batavuga rumwe imbere y'umusigiti mukuru wa Alexandria.

Ibi bibaye mu gihe buca haba amatora ku ncuro ya kabiri y'ibwirizwa nshingiro batumvikana ko bose.

Abajejwe umutekano barinze gutera ya myuka irakira mu murwi ibiri yari imbere y'umusigiti wa Al Qaed Ibrahim, yabereyemwo iyindi migumuko kuwa gatanu uheze.

Iryo bwirizwa nshingiro rifatwa nk'irishaka kwitaho gusa aba islam.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.