Pakistan:Agasama kahitanye abana benshi

Ibiherutse kuvugururwa: 1 ukwa mbere, 2013 - 17:23 GMT

Agasama muri Pakistan

Ishirahamwe OMS rivuga kw'abana baharurwa mu 300 bahitanywe n'iyo ngwara y'agasama muri Pakistan.

Ahasinzikaye kurusha ahandi cane cane mu ntara y'ubumanuko ya Sindh, ahabaye imyuzuri mu myaka 3 ikurikirana.

Abenshi mur'abo bana basonzwe n'uko bafise ibibazo vyo gufungura nabi.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.