Isabukuru ya Fatah yahimbajwe muri Gaza

Ibiherutse kuvugururwa: 4 ukwa mbere, 2013 - 13:28 GMT

Mitingi ya Fatah muri Gaza

Hamas, umuhari uramutswa akarere ka Gaza, watanze uruhusa rwo gutunganya ibirori vyo guhimbaza isabukuru igira 47 y'umuhari Fatah.

Bubaye ubwa mbere iyo sabukuru ihimbazwa muri Gaza kuva Hamas ifashe ubutegetsi mu 2007.

Mu kwezi guheze umuhari Hamas nawo wahimbaje isabukuru yawo, aho abanywanyi bakoranye muri Cisjordanie n'ubwo bitari bisanzwe biba.

Agace ka Cisjordanie kiganjemwo umuhari Fatah, umuhari uharanira ukubaho kw'igihugu cemewe c'abanyapalestina, washinzwe na Yasser Arafat mu 1965.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.