Ubudagi bushaka kugaruza ubutunzi bwabikije

Ibiherutse kuvugururwa: 16 ukwa mbere, 2013 - 14:32 GMT

Izahabu za Bundesbank

Ibanki nkuru y'Ubudagi ivuga ko ifise amatoni amajana indwi abitse New York na Paris, ishaka kuzana Frankfurt mbitarenze 2020.

Izo zahabu zahungishirijwe hanze kubera gutinya ko zifatwa hamwe hari kwaduka igitero c'Uburussiya canke abari bagize urunani rw'aba communistes.

Abajejwe kugenzura ubutunzi mu Budagi baneguye leta y'ico gihugu ko itazi neza izahabu ifise hanze uko zingana, n' uko zoba ari izahabu z'ukuri.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.