Syria:Aleppo hatowe ibiziga vy'abagandaguwe

Ibiherutse kuvugururwa: 29 ukwa mbere, 2013 - 13:04 GMT

Abarwanya leta muri Aleppo

Abaharanira amahinduka bavuga ko benshi mur'ivyo biziga baboneka ko barashwe mu mutwe, kandi baboshe amaboko.

Amasanamu ateye ubwoba yashizwe ku rubuga rwa internet yerekana igitigiri kinini c'ibiziga, vyatawe mu gishanga, ku nkengera z'uruzi Oueig.

Ivyo biziga vyatowe mu gace ka Bustan Al-Qasr mumuji wa Aleppo, wabereyemwo intambara zikomeye kuva mu kwezi guheze, hagati y'ingabo za leta n'abayirwanya

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.