ONU: Ruswa muri Afghanistan

Ibiherutse kuvugururwa: 7 ukwa kabiri, 2013 - 14:40 GMT

Ruswa muri Afghanaistan

Icegerenyo cakozwe n'ishirahamwe mpuzamakungu rifatanije n'ikigo kijejwe kurwanya ruswa muri Afghanistan, cerekana ko amafaranga agenda muri ruswa yiyongeyeko ibice 40%, bagereranije n'uko vyari mu myaka itatu y'imbere.

Akamenyero ko gukoresha no kurya ruswa nako ngo biboneka ko kiyongeye muri Afghanistan.

Hafi ibice 70% vy'abanyagihugu babajijwe bavuga ko ari ibisanzwe ku mukozi wa leta kongereza agashahara kiwe mu kwemera gufumbatishwa.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.