Afghanistan:Igitero ca OTAN cahitanye abanyagihugu

Ibiherutse kuvugururwa: 13 ukwa kabiri, 2013 - 15:06 GMT

Umwana yakomerekejwe n'igitero ca OTAN

Hari abakuru b'aba Taliban bane baguye mur'ico gitero, catumberejwe kuri bumwe mu bwihisho bwabo muri district ya Shigal.

President Hamid Karzai, yateye ivyatsi ico gitero.

Itangazo ryavuye mu biro iwe ryavuga ko intambara yo kurwanya iterabwoba idategerezwa kubera mu mihana y'abantu.

Urwego rwa OTAN rumenyesha ko rugiye gukora itohoza.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.