Mubarak azosubira mu rubanza mu kwezi kuza

Ibiherutse kuvugururwa: 3 ukwa gatatu, 2013 - 09:44 GMT

Hosni Mubarak


Hosni Mubarak yagirizwa ko yananiwe gukingira abantu baharurwa mu majana, baguye mu myiyerekano yamukuye ku butegetsi.

Urubanza rwiwe ruzosubira guhamagazwa kuwa 13 z'ukwa kane uyu mwaka.

Bwana Mubarak, arwariye mu bitaro vya gisirikare, yungururije ingingo yari yafatiwe yo gupfungwa ubuzima bwose mu kwezi kwa gatandatu umwaka uheze.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.