Aba Cardinali batanguye inama zo gutora Papa

Ibiherutse kuvugururwa: 4 ukwa gatatu, 2013 - 14:09 GMT
Cardinals

Abafise ububasha bwo gutora ni 115

Aba Cardinali bo kw'isi yose batanguye inama za mbere i Vaticano mu gihe bariko baritegurira gutora Papa mushasha.

Bari mu migwi y'indimi itanu kugira ibiganiro vyabo vyorohe.

Bariko barihweza ubwiza bw'abashobora gutorwamwo Papa.

Mu mpera z'iyindwi bazotegerezwa kuba bamenyesheje umunsi wa mugwi udasanzwe witwa Conclave uzotorerako Papa.

Inama y'uwo mugwi ishobora kuzoca itangura niyo aba cardinali ijana na cumi na batanu bafise ububasha bwo gutora bazoba bose bamaze gushika i Roma.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.