Nelson Mandela aracari mu bitaro

Ibiherutse kuvugururwa: 10 ukwa gatatu, 2013 - 10:36 GMT
Nelson Mandela

Nelson Mandela

Uwahoze ari umukuru w'igihugu wa Afrika y'epfo, Nelson Mandela, yaraye mu bitaro aho yashikanywe ejo kuwa Gatandatu kugirirwa ibipimo.

Nta makuru aramanyekana y'ukuntu amerewe, ariko umuvugizi wiwe yavuze ko ata gihambaye kirimwo.

Bwana Mandela, ubu afise imyaka mirongo icenda n'ine, yamaze iminsi cumi n'umunani mu bitaro mu kwezi kw'icumi na kabiri, ariko aravugwa mu mahaha.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.