Papa mushasha yatowe

Ibiherutse kuvugururwa: 13 ukwa gatatu, 2013 - 18:26 GMT

Aba Cardinal ba Gatorika 115 bahuriye i Roma bahejeje gutora umu papa mushasha kw'itora rigira gatanu.

Mu mwanya mutoyi uheze niho umwotsi wera wasohoka mu gahora kari hejuru y'ishengero Sistine i Vatikano, aho amatora yariko arabera.

Uwugiye kuramutswa aba Kristu b'aba Gatolika umuriyaride umwe n'imiriyoni amajana abiri aramanyekana mukanya.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.