Perezida wa Chypre yagiye mu biganiro na EU

Ibiherutse kuvugururwa: 24 ukwa gatatu, 2013 - 10:13 GMT

Ikibazo c'amafaranga muri Chypre

Perezida Nicos afashe urugendo nyuma y'ibiganiro hagati ya Chypre n'ishirahamwe rya Bulaya na FMI.

Chypre ikeneye miliyaridi 5.8 z'ama euro kugira yemererwa n'ishirahamwe rya bulaya izindi miliyaridi 10 zo kuyiramira.

Abategetsi ba Chypre bariko baragerageza kuraba uburyo ayo mafaranga yoboneka.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.