Kenya: Amwe mu majwi azosubirwamwo guharurwa

Ibiherutse kuvugururwa: 25 ukwa gatatu, 2013 - 18:51 GMT
Amatora muri Kenya

Amatora muri Kenya

Sentare nkuru muri Kenya yategetse ko amajwi yavuye mu bibanza 22, mu matora yo kw'italiki zine uku kwezi, asubirwamwo guharura.

Ibibanza vyatorewemwo vyose hamwe ni 32000.

Muri aya matora, Uhuru Kenyatta yatahukanye itsinzi, ariko uwumwababa mu bo bahiganwa, Raila Odinga, atanga ikirego kuko atemeye ivyayavuyemwo.

Amajwi ibihumbi umunani gusa niyo yatumye Kenyatta adakenera kongera guhiganwa ku ncuro ya kabiri.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.