Kenya:Abapolisi 2 biciwe muri Garissa

Ibiherutse kuvugururwa: 2 ukwa kane, 2013 - 14:07 GMT

Kenya

Umuvugizi w'igipolisi ca Kenya Charlton Mureithi, avuga kw'abapolisi barashwe bari mu gikorwa co kugenzura ingene umutekano wifashe mu muji wa Garissa.

Kenya imaze kugirwako ibitero bitari bike kuva ingabo zayo zinjiye mu bumanuko bwa Somalia mu mpera z'umwaka wa 2011, kurwanya umurwi wa Al Shabaab

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.