Ingabo za Africa y'Epfo 'ntizitinya' kuja muri Congo

Ibiherutse kuvugururwa: 8 ukwa kane, 2013 - 17:59 GMT
Ingabo zo muri Africa y'Epfo

Ingabo za Africa y'Epfo muri Centrafrique zishwemwo 13

Ingabo za Africa y'Epfo ''ntizitinya'' gutana mu mitwe n'inyeshamba zo muri Republika iharanira Demokrasi ya Congo n'ubwo hari abasirikare bazo biciwe muri Centrafrique , nk'uko vyamenyeshejwe n'umuvugizi.

Africa y'Epfo yimirije kurungika ingabo muri Congo zizoja mu rwego rwa ONU rwo kurwanya imigwi yitwaje ibigwanisho muri Congo.

''Nta bwoba dufise bwo kuja mu ntambara,'' niko umuvugizi w'ingabo Xolani Mabanga yavuze.

Ku ndwi iheze Africa y'Epfo yatangaje ko ikiye ingabo zayo muri Centrafrique inyuma y'aho ''ababandi'' biciye abasirikare 13.

Abandi 22 barakomeretse mu co prezida Jacob Zuma yise indwano ikaze cane y'amasaha icenda igihe inyeshamba zo mu mugwi Seleka zinjira umugwi mukuru Bangui hanyuma bagatembagaza ubutegetsi bwa Francois Bozize.

Xollani Mabanga hamwe botangaza (abagwanyi ba M23) intambara ku ngabo za Africa y'Epfo, tuzogwana nabo'

Africa y'Epfo yaragize uruhara mu kwigisha ingabo z'ibihugu bitandikanye no mu bikorwa vyo gucungera amahoro muri Africa.

Ubu ifise abasirikare igihumbi basanzwe bakorera urwego rwa ONU rwo gukomeza amahoro muri Congo MONUSCO.

Umuvugizi wa M23 Colonel Jean Marie Vienney Kazarama avuga ko bamaze kandikira Africa y'Epfo bayimenyesha ko yokwintondera ibibazo Congo irimwo ntibaze kuvyisukamwo.

Colonel Kazazarama yabwiye BBC Gahuzamiryanngo ko batazotera ingabo za Africa y'Epfo ariko ko bazokwivuna.

Tanzania na Malawi navyo vyiteguriye kurunngika ingabo muri Congo, n'ivyo bihugu Colonel Kazarama akaba avuga ko bavyandikiye babigabisha.

If they [DR Congo's M23 rebel group] declare war against the SA National Defence Force personnel, we are ready to tackle them”

End Quote Xolani Mabanga SA army spokesman

South Africa has played a key role in training African armies and taking part in peacekeeping operations in areas hit by conflict.

Last month, the UN Security Council approved plans to send a 2,500-strong brigade to eastern DR Congo to "neutralise and disarm" rebel groups.

Troops from South Africa, Malawi, Tanzania and Mozambique are expected to make up the force.

Brig-Gen Mabanga told South Africa's public broadcaster, SABC, that the national army had a better understanding of the conflict in DR Congo then CAR.

"If they [DR Congo's M23 rebel group] declare war against the SA National Defence Force (SANDF) personnel, we are ready to tackle them," he said.

"We, as the SANDF, will never be deterred by any circumstances to pursue or do what we are asked to do by the government of South Africa."

South Africa currently has about 1,000 troops in DR Congo, as part of a 20,000-strong UN peace-keeping force, which will be boosted by the deployment of the attack force.

The M23 captured the main eastern city, Goma last year, with little resistance from UN troops based in the city.

It gave up the city after pressure from neighbouring Rwanda and Uganda.

Last week, Mr Zuma said South Africa was withdrawing its 200 troops from the CAR, as they had been deployed in January as part of a deal with the ousted president to help retrain the army.

Seleka had denounced the troops as "mercenaries" deployed to help Mr Bozize stay in power.

Mr Bozize is now exiled in Cameroon, accusing Chad of backing the rebellion against him - an allegation it denies.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.