CPI iratohoza kuri umwe mu bakozi bayo

Ibiherutse kuvugururwa: 12 ukwa kane, 2013 - 18:25 GMT
Ihohotera mu gusambanya muri Kongo

Ihohotera mu gusambanya muri Kongo

Sentare mpuzamakungu mpanavyaha yatanguye amatohoza ku bivugwa ko umwe mu bahoze ari abakozi bayo yoba yarakoreye amabi afatiye ku gitsina abantu yari ajejwe gukingira.

Ivyo ngo vyoba vyabereye muri republica iharanira demokrasi ya Congo.

Bubaye ubwa mbere umuntu yahora akorera sentare mpuzamamungu yagirizwa kuba yarakoze amabi afatiye ku gitsina.

Izina ryiwe n'igihugu aturukamwo biracari ibanga.

Umuvugizi w'iyo sentare Fafi Abdullah yavuze ko sentare ifata ivyo bivugwa nk'ibintu bikomeye, ariko ko umuntu aguma ari umwere gushika yagiriwe n'icaha.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.