Michel Djotodia, umukuru wa Centrafrique vy'agateganyo

Ibiherutse kuvugururwa: 13 ukwa kane, 2013 - 20:34 GMT
Abarwanyi ba Seleka bafashe ubutegetsi muri Centrafrique

Abarwanyi ba Seleka bafashe ubutegetsi muri Centrafrique

Umukuru w'abarwanyi yafashe ubutegetsi muri Centrafrique mu ndwi iheze yatowe n'umugwi mfatakibanza ujejwe ugihugu ngo akibere umukuru.

Michel Djotodia niwe wenyene yitoje mu nama ya mbere y'uwo mugwi, umaze indwi imwe ushizweko.

Bwana Djotodia yigize we nyene umukuru w'igihugu nyuma y'aho abarwanyi bafatiye umurwa mukuru Bangui, bakabogoza umukuru w'igihugu Francois Bozize yaciye ahunga igihugu.

Hategekanijwe kuba amatora mu mezi cumi n'umunani.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.