Imyiyerekano ku nama nshingamateka ya Kenya

Ibiherutse kuvugururwa: 14 ukwa gatanu, 2013 - 12:57 GMT

Abiyerekana bazanye ingurube ku nama nshingamateka

Bamwe mu bari mu myiyerekano imbere y'inama nshingamateka ya Kenya bayoboye umukuku w'ingurube, ngo bashaka kwerekana kwikwegerako n'ubugunge bw'abashingamateka.

Abashingamateka ba Kenya, bari muri bake bafashwe neza muri Afrika, bariko barasaba itegeko ribemerera kudugirizwa imishahara n'utundi turusho.

Perezida Uhuru Kenyatta yasavye abo bashingamateka gusigaho gusaba ayo mafaranga, ahubwo bakihatira imirimo batorewe n'abanyagihugu.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.