Nigeria: 50 baguye mu ndyane z'amatongo

Ibiherutse kuvugururwa: 14 ukwa gatanu, 2013 - 13:49 GMT

Ikarata ya Nigeria

Abarimyi bo mu bwoko bw'aba Agatu bavuga ko batewe mu mihana yabo n'aborozi b'aba Fulani muri leta ya Benue hagati muri Nigeria, bica abagera ku 43.

Abo mu bwoko bw'aba Fulani bariyemerera ko bagavye igitero bamaze kwibwa amatungo yabo, aharurwa mu majana, ariko barahakana ko bishe igitigiri kingana gityo c'abantu.

Igipolisi ca Nigeria kiremeza ko izo ndyane zabaye, ariko ntikivuga abahasize ubuzima uko bangana.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.