Ingingo z'umukwabu mu buraruko bwa Nigeria

Ibiherutse kuvugururwa: 14 ukwa gatanu, 2013 - 19:11 GMT

Nigeria

Mw'ijambo yatanze kuri television y'igihugu, perezida Goodluck Jonathan yavuze ko Nigeria ihanganye n' umurwi uteje ikibazo gikomeye ku bumwe bw'igihugu.

Yavuze kw'igisiriakre c'igihugu arico kigiye gukwirikirana umutekano muri leta ya Borno, Yobe na Adamawa, n' ubwo abanyapolitike mur' ayo ma leta gbazoguma mu bibanza vyabo.

Bwana Goodlack avuga ko abo yise abakora iterabwoba bafise intumbero ifatiye ku marangamutima no kwica ikivunga basomboye intambara kuri Nigeria.

Leta rero ngo izokoresha ibikenewe vyose mu kubahiga no kugarura umutekano

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.