Afghanistan iriga itegeko ryo gukingira abagore

Ibiherutse kuvugururwa: 18 ukwa gatanu, 2013 - 06:12 GMT

Abakenyezi bo muri Afghanistan

Itegeko ribuza guhohotera abakenyezi n'abigeme, no gushingira abana ku nguvu, ryari ryashinzwe n'umukuru w'igihugu mu 2009.

Ariko iryo tegeko ntiryaciye mu nama nshingamateka ngo ryemezwe.

Bamwe bifuza ko hobanza gushirwaho ingingo mu kuritora mu nama nshingamateka zokuraho impungenge ko rishobora gusubirwamwo muri kazoza.

Ariko abaharanira uburenganzira bwa kiremwa muntu nabo bavuga ko gusubira mur'izo mpari vyohava butuma ubushobozi bw'iryo tegeko ubwaryo butituka.

Igihe haheruka kwiga ikibazo nk'ico co guhohotera abagore mu ngoro y'inama nshingamateka, vyatumye haduka gutana mu mitwe.

Abatsimbataye ku matwara ya kera banse ko hagira amahinduka yozanwa.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.