Rwanda: Ubwicanyi bwahitanye 3 iMuhanga

Ibiherutse kuvugururwa: 29 ukwa gatanu, 2013 - 18:20 GMT

Urwanda

Umugabo, Uwihoreye John, ubu ari mu minwe y'igipolisi ariyemerera ko yakoze ico caha, ariko akavuga ko yabitumwe n'akaborerwe/ubusinzi.

Babiri mur'abo batatu bagandaguwe, nyene kubica yabwiye BBC ko yatonganye nabo, nayo uwa gatatu, umutema aje gutabara.

Ku kibazo c'impamvu zatumye akora iryo bara, Uwihoreye John avuga ko uretse inzoga, batanguye batukana n'abo bagabo babiri.

Igipolisi kiravuga ko hari hasanzwe hari ubwicanyi bufatiye ku matati y'amatungo mu miryango, ariko ng'ubwaraye buhitanye abo batatu bwatewe n'akaborerwe gakwega ubusotoranyi.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.