Libya yankiwe kuburanisha Saif Gaddafi

Ibiherutse kuvugururwa: 31 ukwa gatanu, 2013 - 17:26 GMT

Saif Gaddafi agifatwa

Sentare mpuzamakungu mpanavyaha, yibukije Libya ko itegerezwa gutanga umuhungu wa Colonel Gaddafi ngo aje kuburanira iLa Haye.

Sentare mpuzamakungu hamwe na Libya bishaka kuburanisha urubanza rwa Saif Gaddafi, ku vyaha yagirizwa mu gihe c'imigumuko yakuye se ku butegetsi, ariko iyo sentare ivuga ko Libya itashoboye kwerekana ko urubanza rwayo rusa n'urwo ifise.

Saif Gaddafi aramaze kurenguka imbere ya sentare ya Zintan mu bumanuko bwa Libya, hafi y'aho yafatiwe mu kwa cumi na rimwe 2011.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.