Safrica: Mandela amaze iminsi 3 mu bitaro

Ibiherutse kuvugururwa: 10 ukwa gatandatu, 2013 - 16:34 GMT
Nelson Mandela

Nelson Mandela

Leta ya Afurika yepfo yatangaje ko nta cyahindutse ku burwayi bwa Nelson ku munsi wa gatatu amaze mu bitaro byo mu mujyi wa Pretoria aho arimo kwivuriza indwara y'ibihaha mu cyumba cy'indembe.

Biravugwa ko arwaye cyane.

Ni inshuro ya kane mu mezi arindwi Mandela ajyanwa mu bitaro. Havuzwe ibisabisho mu masengero muri Afrika y'epfo basabira Nelson Mandela ngo akire uburwayi bw'amahaha bwasubiriye.

Abajejwe intwaro bavuze ko Mandela, w'imyaka mirongo icenda n'ine, ahema ata kibazo ngo ariko aracaremvye aho ari mu bitaro yinjiye ejo kuwa Gatandatu.

Umukuru w'igihugu, Jacob Zuma, yavuze ko azoja gusuhuza bwana Mandela abaganga nibabimwemerera.

BBC © 2014 BBC ntabwo yishingiye ibibera hanze y'imbuga zayo.

Uru rupapuro ruboneka neza ukoresheje amashakiro mashyashya ya CSS. Mugihe amashakiro yawe adakorana na CSS ntushobora kubona ibiri kuri uru rupapuro byose cyangwa neza. Niba bishoboka shakisha amashakiro mashyashya ya software cyangwa CSS niba washobora kubikora.