Icuka kiratutumba hagati ya Thailand na Cambodge

  • 9 Ukw’icumi na rimwe 2013
Image caption Ibendera ya Cambodge ku ngoro ya Preah Vihear, mu ntara ya Preah Vihear iri ku rubibe na Thailand

Ingabo za Cambodge zabonye kajugujugu y'igisirikare ya Thailand n'iyindi ndege nto vyagaragaye mur'ako gace mu gatondo k'uyu wa gatandatu.

Ku munsi wa mbere, sentare mpuzamakungu yitezwe gushikiriza ingingo ishinga aho urubibe ruca, mu kibanza kirimwo iyo ngoro.

Abantu benshi barateshejwe izabo kuber'intambara hagati ya Cambodge na Thailand bipfa ubwo butaka.