Umunyamakuru wa BBC Komla Dumor yashengeye

Uwufise ububasha kw’isanamu
Image caption Komla Dumor

Komla yatanguye gukora kuri BBC mu gisata gitangaza amakuru aciye kuri televisiyo muri Afrika mu 2007, inyuma y'imyaka irenga 10 akora kuri radio mu gihugu iwabo muri Ghana.

Yari imboneza mu kiganiro kiraba umugabane wa Afrika gica kuri televiziyo buri munsi.

Yavuze ko yari umunyamakuru w'igitangaza, yari afise imigenderanire myiza n'abakurikira ikiganiro ciwe, w'umunyakanyamuzeza kandi yakundwa.