Intambara zongeye gutoha muri Centrafrika

Uwufise ububasha kw’isanamu
Image caption Abanyagihugu baiye gutera abandi muri Centrafrika

Ingabo z'ibihugu vyo muri Afrika zijejwe guhagararira umutekano, zigabisha ko izo ngwano zishobora gutera zikokera uko begereza amatora.

Urutonde rw'abazokwitoza mu kibanza c'umukuru w'igihugu rwitezwe uno munsi kuw'Imana.

Mbere, Ubudagi bwari bwavuze ko umugabane wa Bulaya udakwiye gutererana Ubufaransa bwonyene, mu gikorwa co kurondera kugarura amahro mur'ico gihugu casinzikajwe n'intambara.

Ejo ku munsi wa mbere, ishirahamwe rya Bulaya riteganya ibiganiro ku kibazo co kurungika ingabo muri Centrafrika.