Ipolisi ca Pakistani catewe hapfa 20

Uwufise ububasha kw’isanamu AP
Image caption Igisasu catewe mu kigo ca gisirikare muri Pakistan

Ico gisasu caturitse mu gihe hari imodokari itwaye abasirikare yariko yitegura guhaguruka iva mu kigo kiri mu karere ka Wazirstan.

Umutwe w'aba Talibani wo muri Pakistan uvuga ko ariwo wagavye ico gitero .

Umukuru mu bajejwe umutekano avuga ko bitazwi neza niba ico gisasu cari gisanzwe giteze, canke cari gifiswe n'umwiyahuzi.