Umunyamakuru wa BBC Komla Dumor yasezewe ubwa nyuma

Image caption Komla Dumor

Ibirori vyo gusezera Komla Dumor vyabereye ku murwa mukuru wa Ghana, Accra.

Ikiziga ca Komla Dumor casezewe ubwa nyuma muri katedarare ya mutima mwerada mu murwa mukuru.

Perezida wa Ghana John Mahama n'umwe mu bateye iteka ibirori vyo gusezera ubwa nyuma Komla Dumor.