Ubushinwa bwegereje aharonderwa MH370

Uwufise ububasha kw’isanamu pool
Image caption Ibikekwa ko ari ibisigarira vya MH370

Ako karere kagereranijwe bafatiye ku bivurwa n'abahinga bafatiye ku ciyumviro c'uko indege MH370 yakamye amavuta imbere y'igihe biyumvira kare.

Ikinyamakuru ca leta mu Bushinwa, Xinhua, gitangaza ko indege y'Ubushinwa yabonye ibintu bitatu mw'ibahari.

Indege ya Malaysia yari itwaye ingenzi 239 n'abandi bakozi igihe yazimira.