Ibice vyatowe ntibihuye n'indege MH370

Uwufise ububasha kw’isanamu AP
Image caption Ubwato bw'Ubushinwa bufasha mu kurondera indege MH370

Ariko muri ivyo vyatowe nta na kimwe basanze gihuye n'indege MH370.

Amasanamu yaciye kuri televiziyo yerekanye ubwato bw'Ubushinwa bukoresha urusenga mu gusuzuma ibintu basanze bidahuye na gato n'indege ya Maleziya.

uyu munsi bahagaritse igikorwa co kurondera, ariko abajejwe umutekano wo mu mazi muri Australiya bavuga ko indege zabo za gisirikare n'izo Ubushinwa zabonye ibindi bintu bireremba ku mazi, mu gace bariko barakizura.