Nigeria: Michelle Obama nawe yavuze

  • 10 Ukwa gatanu 2014
Michelle Obama Uwufise ububasha kw’isanamu
Image caption Umugore w'umukuru w'Amerika

Umugore w'umukuru w'Amerika, Michelle Obama yavuze ko ishimutwa ry'abana b'abakobwa b'abanyeshuri bo muri Nigeria barenga 200 ari igikorwa cy'abagabo bashatse kurangiza ibitekerezo by'abana b'abakobwa.

Michelle Obama wakoresheje ijambo umugabo we avugira kuri radio buri cyumweru, yavuze ko ibyabaye muri Nigeria ari igikorwa cy'umwihariko.

Yavuze ko buri munsi abakobwa bo kw'isi yose bahura n'amakimbirane iyo bagiye gushyira mu bikorwa ibyo biyemeje gukora kandi ko uburezi ariyo mahirwe aruta ayandi bafite imbere.

Abahinga bo mu bihugu by'iburayi bari muri Nigeria gufasha mu gikorwa cyo gushakisha abo bana.