China: Chuck Hagel yamaganye Ubushinwa

Umushikiranganji w'ingabo w'Amerika Uwufise ububasha kw’isanamu Reuters
Image caption Chuck Hagel

Umushikiranganji w'ingabo w'Amerika, Chuck Hagel, yavuze ko Ubushinwa buri guhungabanya igice cy'inyanja iri mu majyepfo y'Ubushinwa mu kuvuga ko ari agace kabwo.

Avugira mu nama y'umutekano iri kubera muri Singapore, bwana Hagel yavuze ko Amerika yamagana iterabwoba, guhangana no gukangisha gukoresha ingufu aho kureba izindi nzira.

Bwana Hagel yanashyigikiye icyemezo cy'Ubuyapani cyo kugira uruhare runini mu gucungera umutekano ku mugabane wa Aziya.

Ibyo byatangajwe n'umushikiranganji wa mbere w'Ubuyapani, Shinzo Abe, ejo kuwa gatanu.

Ubushinwa bufitanye amatate n'Ubuyapani, Vietnam na Philippines muri utwo duce two mu nyanja.