Igihe c'agahengwe muri Gaza congerejwe

Uwufise ububasha kw’isanamu AFP
Image caption Intambara imaze ukwezi muri Gaza yasize isambuye

Abaserukira Abanyapalestina muri ivyo biganiro biziguye bibera i Cairo mu Misiri, intambwe bigezeko bayishamana impungenge.

Hamas isaba ko Israel na Misiri ko bireka kubuza isaganirizo abanyagihugu baba muri Gaza.

Ibi Israel irabihakana kandi asgashaka ko Hamas isubiza ibiwanisho.