Ingabo za Ukraine zataye ikibuga ca Luhansk

Uwufise ububasha kw’isanamu ap
Image caption Intamabra yarasambuye vynshi mu muji wa Luhansk

Leta ya Ukraine kare yari yavize ko izo modokari ari izo Uburusiya.

Perezida Porochenko yavuze ko ibibishaka guha inkigi uruhande rw'abarwanya leta bashigikiwe n' Uburusiya.

Avuga kandi ko bishobora gutuma Ukraine ihindura uburyo amabwiriza ya gisirikare yatangwa.

Ivyo bibaye mu gihe inama y'urwego rw'umutekano OSCE yimirije gukorana muri Belarussie, kuganira kuri ico kibazo.

Uburusiya bwifuza ko iyo nama ishingira cane cane ku guhagarika intambara ata bindi birinze gusabwa.