Malawi yugarijwe n'imyuzuri

Uwufise ububasha kw’isanamu
Image caption Imyuzuri yahitanye 170 yimura ibihumbi

Abarenga ibihumbi 100 nabo baramaze guta ingo zabo kubera iyo myuzuri.

Mu ntango z' iyi ndwi perezida Peter Mutharika yavuze ko ica gatatu c'igihugu kiri mu kaga gakomeye.

Yatabaje amahanga kugarukira kuri Malawi mu kubaronsa infashanyo.