Yatwawe n'urumogi - Igice cya 2

Uwufise ububasha kw’isanamu

Buba, umusore muto wo muri Leta ya Gineya Bisawu, muri Afurika y'Uburengerazuba, aryohewe n'amafaranga yakuye mu gucuruza ipaki ya kokayine.

Iyi paki, yarembye ku nkombe nyuma y'impanuka y'ubwato. Ariko ari hafi yo kubona ingaruka z'ubucuruzi bw'ibiyobyabwenge.

Ababicuruza bakoresha igihugu cye nk'icyambu kinyuzwamo urumojyi ruva muri Amerika y'Epfo rujya mu Burayi.

Soma igice cya kabiri cy'urukurikirane rw'inkuru eshanu zizwe "Yatwawe n'urumogi".

Inkuru ya Buba iravugwa mu buryo bw'amashusho.

Igice cya Kabiri (kanda hano)

Ibindi kuri iyi nkuru