Uburusiya bushaka kwiyagurira amahera Arctic

Uwufise ububasha kw’isanamu Reuters
Image caption Uburusiya bushaka igice c'akarere ka Arctic

Uburusiya bwatanguye kwitura ONU mu 2001, ariko ico cifuzo nticahawe agaciro, kuko butari bufise ivyemezo bikwiye ko ari ahabwo.

Ariko rero ubuho ngo ivyo vyemezo burabifise, ngo bwishimikije ubushakashatsi bushasha.

Ibindi bihugu vyose bikikuje ako karere ka Arctic - Norvege, Danemark Canada na Leta zunze Ubumwe za Amerika, ntivyemera ibivugwa n' Uburusiya.