Jean Baptiste Bagaza ngo nta n'umutwe aniha

Jean baptiste Bagaza avuga ko aho ari adora, kandi adaheruka kurwara, canke ko yoba yaratewe.

Avuga ko nawe amaze iminsi abibona ku mbuga za internet, ariko avuga ko kubibeshuza bitoroshe, ico avuga ngo n'ukubirindira kugeza abonye akaryo ko kuvuga ko akiriho.

Avugana na BBC uyu yahoze ari umukuru w'igihugu c'Uburundi yavuze ko yifuza kutuganirira ku bimaze iminsi mu Burundi bijanye na politike.

Muri mak ekubw'iwe ngo ibimaze iminsi biba vyerekana ko intwaro ihari irushe.