Abantu barasiwe mw'itereni mu Bufaransa

Uwufise ububasha kw’isanamu AFP

Nyene kurasa yaciye ahurirwako n'abari muri iyo gari ya Moshi, abapolisi baca baramufata, ageze mu muji wa Arras.

Ibinyamakuru vyaho bivuga ko yari afise ikirwanisho c'inkoho yo mu bwoko bwa "automatic".

Icoba camutumye yaduka kurasa nti kirameneyakana.