FAO ivuga ko ibiciro vy'infungurwa vyaguye

Uwufise ububasha kw’isanamu European Photopress Agency
Image caption Kuva mu kwa 7 ibifungurwa vyagabanutse 5%; FAO

Ibiciro vy'ibifungurwa mu kwezi guheze ngo vyagabanutse ko 5%, urugero rubonetse ubwa mbere kuva mu 2008.

FAO imenyesha ko ibiciro vy'ibifdungurwa nka vyose ihora yitegereza mu kugendereza, yaba amata, amavuta y'ibihobe, isukari ndetse n'intete.

Iryo shami rivuga ko ibiciro bishobora kuba vyaramanutse kubera igiciro c'ibiva mu mavuta ya peterori naco cagabanutse, ndetse n' ubutunzi bw' Ubushinwa butagikomeza kuzamuka cane.

Woba uri mu karere k'ibiyaga binini?

Aho iwanyu vyifashe gute?

Twandikire ku rubuga rwacu rwa Facebook: BBC Gahuza.