Ryibwe riciye $13 000 rigurishwa 130

Uwufise ububasha kw’isanamu malaga police

Abapolisi babiri mu muji wa Malaga basanze iryo kinga ridasanzwe mw'isoko rigurishwamwo ibintu vyakoze, ririko rigurishwa $130, mu gihe agaciro karyo ari ama euro 120000.

Mu bisanzwe abari imbere muri iryo higanwa bambikwa umpuzu itukura, igipolisi ca Malaga kikaba cavuze mu gutebura ko kizoha iyo mpuzu uwaryivye.

Ariko rero wewe ngo isiganwa ryiwe rizoherera mu mvuto.