Oscar Pistorius azoja gupfungirwa iwe

Uwufise ububasha kw’isanamu Getty
Image caption Oscar Pistorius

Osacar Pistorius azokomeza gupfungirwa ic'amaso muhira iwe.

Mu kwezi kwa cumi umwaka uheze, Oscar Pitorius yaciriwe gupfungwa imyaka itanu kubera icaha co kwica umukunzi wiwe Reeva Steenkamp.

Yahamwe n'icaha co kwica atamugambi yari abifisemwo.

Abashikirizamanza bari bareze Pistorius icaha co kwica ku bushake, ariko we yavuze ko yarashe umukunzi wiwe aho yari mu cumba c'ubwogero atabizi, kuko yari yamwitriranije n'uwamwinjiranye