Burundi:Igikorwa co gusaka ibirwanisho catanguye

Image caption Abaturage bamaze iminsi baratangiye guhunga

Igikorwa cyo gusaka intwaro mu mujyi wa Bujumbura cyatangiriye muro zone Mutakura.

Umushikiranganji w'umutekano Alain Guillaume BUNYONI yahishikiye, yahumurije abanyagihugu baho.

Yavuze ko abajejwe umutekano bazogikorana ubwitonzi n'ubuhinga.

Turakomeza amakuru arambuye mu kanya.