Urukino rwa Congo N'Urwanda

Kuri stade umuganda ku Gisenyi, abanye Congo isinzi bari babukereye kurorera urukino rwa kivukanyi hagati y'igihugu cabo n'Urwanda rwabakiriye.

Ikice ca mbere c'urukino rwo kwitegurira amahiganwa ya CHAN kigira kirangire hagati y'Urwanda na DRC atawurabona igitsindo.

Kugeza ku munota wa 50 Urwanda rumaze igitsindo 1 ku busa bwa Congo.